Abagera kuri 50 bapfiriye mu mpanuka y’imodoka itwaye ibikomoka kuri peteroli muri Kongo

Abantu bagera kuri 50 bapfuye aho ku wa gatandatu ikamyo itwaye ibikomoka kuri peteroli yagongana n’imodoka mu mwibarabara rinini ryo mu burengerazuba bwa Repubulika ya Demokarasi ya Kongo. 

Vyabereye hafi y’igisagara ca Kisantu, uri hagati y’umurwa mukuru Kinshasa n’icambu ca Matadi.

Atou Matabuana, guverineri w’intara yo hagati ya Kongo, yavuze ko abagera ku 100 bagize ibikomere bitewe n’ubushe.

Publicités