Somaliya: Mukhtar Robow umwe mubashinze umuhari wa al-Shabab yarabujijwe kwitoza

Uwahoze arongoye umuhari witwaza idini rya Islam al-Shabab, akaba n’umwe mubawushinze, Mukhtar Robow, yabujijwe kwitoza muri Somalia. 

Mw’itangazo ry’ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu buvuga ko adashobora kwitoreza kurongora intara yo mu bumanuko bushira uburengero kubera agikurikiranwako ivyaha.

Iryo tangazo rigiye ahabona umusi umwe inyuma y’aho Robow avugiye ko azitoza. 

Ni we mutegetsi wo hejuru wa al-Shabab amaze kuva muri uwo muhari, n’aho ari umwe mu bawushinze. 

Robow yari yashikirije umugambi wiwe ko aramutse atsinze amatora, hoca haba ubucuti bukomeye na reta iri i Mogadishu, yama mu mishamirano na bumwe mu butegetsi bwo mu ntara.

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion /  Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion /  Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion /  Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion /  Changer )

Connexion à %s