Abasirikare b’igihugu c’u Rwanda boba bagiye kwinjira mu nteko z’Ubwongereza mu minsi iri imbere?

Abanyagihugu b’ibihugu vya Commonwealth nk’u Rwanda bagiye kwemeregwa kwinjira mu gisirikare c’Ubwongereza « Britain’s Armed Forces », nkuko leta y’ico gihugu yiteguye kubimenyesha. Muri kino gihe, abanyagihugu b’ibihugu bikoresha ururimi rw’icongereza bigwiriyemwo ivyakoronijwe n’Ubwongereza « Commonwealth » bashobora kwinjira muri ico gisirikare iyo babaye muri ico gihugu imyaka itanu. 

Ariko mu ntumbero yo kurondera abakozi benshi b’abagabo n’abagore mu gisirikare co ku butaka, ico mu mazi n’ico mu kirere, ubushikiranganji bwo kwivuna abansi bwakuyeho iryo tegeko.

Igisirikare c’Ubwongereza kibuze abasirikare 8200 barimwo n’abo mu mazi no mu kirere, nkuko icegeranyo casohotse mu ntango z’uno mwaka kivuga. 

Abashikiranganji bitezwe gushikiriza ayo mahinduka ku bijanye no kwinjizwa mu gisirikare ku munsi wa mbere.

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion /  Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion /  Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion /  Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion /  Changer )

Connexion à %s