Kunywa itabi n’igisukari birongereza ukugeramigwa n’ingwara y’umutima ku bapfasoni

Abapfasoni banywa itabi, bafise ingwara y’igisukari canke iyo ivumbuka ry’umurindi w’amaraso bashora kugeramirwa n’ingwara y’umutima gusumba abagabo bafise izo ngwara, nk’uko ivyigwa vyakozwe na UK adults ryabisanze. Abo bashakashatsi banditse muri BMJ, bavuga ko abapfasoni bakwiye kuvurwa co kimwe nk’abagabo kandi bakwiriye gufashwa guheba itabi.

Abaganga bategerezwa kumenya vyihuta abagwayi b’abapfasoni bageramiwe.  Abagabo barafatwa n’iyo ngwara y’umutima incuro zitatu gusumba abapfasoni.

Ivyo vyigwa, vyari birongowe n’abashakashatsi bo muri kaminuza ya Oxford, bakurikiranye abantu bababa 500.000 bafise hagati y’imyaka ya 40-50. Mu myaka irenga indwi, abantu 5.081 baragwaye ingwara y’umutima ubwa mbere, kandi umwe muri batatu muri bo bari abapfasoni.

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion /  Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion /  Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion /  Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion /  Changer )

Connexion à %s