Uganda:Abashingamateka ba leta zunze ubumwe za Amerka barifatiye mu gahanga Président Yoweri Kaguta Museveni wa Uganda yukoatubahiriza agateka ka zina muntu

Mwikete ryabo banditse, abashingamateka bane bamenyesheje yuko Umukuru w’igihugu ca Uganda, president Yoweri Kaguta Museveni atubahiriza agateka ka zina muntu mugihugu ciwe. Baraheza bakamwagiriza n’ibindi vyaha vyinshi vyo guca inyuma y’amategeko mpuzamakungu.

Publicités