Ingene umwaka mushasha wahimbajwe mu mafoto kw’isi

Abigina umwaka mushasha barungitse ibimuri mu kirere mu duce twinshi tw’isi bakeza umuzo w’umwaka mushasha w’i 2019.

Abigina umwaka mushasha mu kibanza Times Square i Manhattan muri leta ya New York muri AmerikaUwufise ububasha kw’isanamuREUTERS
Image captionAbigina umwaka mushasha mu kibanza Times Square i Manhattan muri leta ya New York muri Amerika
Ibishirira vy'umuriro n'amasase mu gisagara ca LondresUwufise ububasha kw’isanamuEPA
Image captionIbishirira vy’umuriro n’amasase mu gisagara ca Londres vyamaze iminota 10 mu kwigina umwaka mushasha
Uwufise ububasha kw’isanamuEPA
Image captionAba « gilets jaunes » bigina umwaka kuri Champs-Elysees mu gisagara ca Paris
Ibishirira vy'umuriro n'amasase mu kirere hejuru y'igishusho QuadrigaUwufise ububasha kw’isanamuEPA
Image captionIbishirira vy’umuriro n’amasase mu kirere hejuru y’igishusho Quadriga kiri ahitwa Brandenburg Gate mu gisagara ca Berlin mu Budagi
Publicités