War’uzi ico ari co PKK n’uruhara mu migenderanire hagati ya Turkiya na Amerika?

Iyi nsiguro yerekana ingene ata mahoro muri Syria no mu karere ashoboka hirengagijwe aba Kurde bashika ku miliyoni 35 kandi bakwiragiye mur’ivyo bihugu.

Publicités