Icegera c’Umukuru w’igihugu c’uBurundi Yozefu butore ejo yarafashe indege agana I Kinshasa ku murwa mukuru wa Kongo demokratike aho yaserukiye abarundi mu birori vyo kwimika Felix Tchisekedi umukuru w’igihugu agira 5 wico gihugu.