Uburundi bwaserukiwe n’icegera ca 2 c’Umukuru w’igihugu mu birori vyo kwimika Tchisekedi muri Kongo démocratie

Icegera c’Umukuru w’igihugu c’uBurundi Yozefu butore ejo yarafashe indege agana I Kinshasa ku murwa mukuru wa Kongo demokratike aho yaserukiye abarundi mu birori vyo kwimika Felix Tchisekedi umukuru w’igihugu agira 5 wico gihugu.

Publicités