Umutekano: Ibiro n’imodoka vya ONU vyaratutiwe n’abanyagihugu I Beni muri Congo

Abanyagihugu bo muri Congo i Beni barerekanye akababaro n’agashavu kabo kubera ibikogwa vya ryashirahamwe mpuzamakungu ONU ariryo MONUSCO mu guturira ibiro n’imodoka. Abo banyagihugu bagiriza abo basirikare ba ONU kuba ataco babafasha atari ugukingira ikibaba abaza kubica baturutse mu bindi bihugu no gusahura itunga ry’ico gihugu.

Répondre

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion /  Changer )

Photo Google

Vous commentez à l'aide de votre compte Google. Déconnexion /  Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion /  Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion /  Changer )

Connexion à %s