Abakenyezi, abagabo bakwiragiye imisozi n’ibiyaya mu Burundi no mu bihugu duhana imbibe bigisha Ihanga ry’Imana

AbaKristo benshi barazi yuko atari idini canke ishengero runaka rizoja mw’ijuru canke ngo ritanguze umuvyuro n’ikanguro mugabo yuko Imana yahagurukije ingabo za Yesu Kristo ziri mw’Ihanga Ryera. Baza barahagurutse kandi imirimo barayigenze.

Kurikire namwe ubutumwa batanga.