Amashengera, amashure, amakambi n’amabohero nivyo bibanza abakozi b’Imana bariko baratangiramwo ubutumwa ngo gutandukanya abanyavyaha n’abagorotsi mu vyiyumviro, imvugo no mu ngiro. Mu bihe bigoye, AbaKristo bategerezwa guhimbagwa kuko bamenya yuko ugutabagwa kwabo kuri hafi. Kurikire namwe.