

Inyuma yaho imvura igwirihe mu ntara ya Cibitoke abantu bashika 40 bagahitanwa n’ibihomoka, abo bakaba baje binyongera kubasirikare bashika 50 bagandaguriwe mu kibira canyungwe, haguma hibonekeza imvura igwa hirya no hino mu gihugu igatwara ibintu n’amabarabara menshi bikaboneka yuko ashobora gucika umwanya n’umwanya.
Uyu munsi ikiraro ca muzazi gihuza igisagara ca Bujumbura na kinama, Maramvya na Buterere ca citse. Dukomeze kwiheza ibimenyetse kimwe ku kindi kugira ngo satani ntagire uwo yinyagira.