
Ihanga Ryera ryose rifise amasengesgo azobera kubicaniro no mu mihana hirya no hino mu gihugu no mu mahanga ku magenekerezo ya 26, 27 na 28. aho abantu bose bahamagarigwa kwihana, gupfukama ngo icumu ry’abanyakibi rive mu mugabane w’abagororotsi, no gushimira Uhoraho Imana umwaka wa 2019 na 2020. Kaze kwifatanya n’abandi muri ayo masengesho yo mw’Ibanga. Umwami Yesu abahezagire mwese.