Ingene ku gicaniro c’Amasengesho mu Kinama barangije amasengesho yo mw’ibanga

Ingene hamwe ku bicaniro vy’Ihanga ry’Imana basozereye amasengesho yo mu mwiherero

Imana yakomeje kwiyereka Ihanga ryera muri vyinshi hirya w w no hino mu gihugu no mu mahanga. Yaduhaye amasezerano n’urutonde tugirako. Amen.