
Umugwi wo kumenya ukuri umaze gushira ahabona ibinogo rusangi vyahabgemwo abantu ikivunga uku gukurikira. Les fosses communes déjà identifiées par
@CVR_Burundi
: Bubanza :240
Bujumbura :250
Bururi :88
Cankuzo :41
Cibitoke :345
Gitega :640
Karusi :91
Kayanza :322
Kirundo :200
Mairie :74
Makamba :207
Muramvya :315
Muyinga :184
Mwaro :181
Ngozi :337
Rumonge :396
Rutana :119
Ruyigi :133

Hariho ibituma vyinshi Ishengero rya Yesu Kristo- Ihanga ry’Imana ryahagurutse gusengera igihugu c’Uburundi. Iki gihugu nticigeze kironka agahengwe n’umwaka n’umwe. Abana b’igihugu bamye bicwa bazira uko bavutse kandi nta ntwaro n’imwe yashoboye guhagarika ako kabi kabishe. Harageze yuko bihagarara abana b’UBurundi bose bakaronka amahigwe.