Muri iyi minsi hari ubukene budasanzwe mu gihugu c’Uburundi, hakaba imyuzure ihitana abantu ikanasenyura inzu ihitana vyose, hagiye gukurikira inza ivanze n’indwara z’ivyaduka.
Twabateguriye ireresi itagira amajambo mugabo yereka umuntu wese ico akwiriye gukora kugira ngo akinge indwara ziva kw’isuku rike. Harimwo kwituma mu tuzu twa sugwumwe, gukaraba amazi meza n’isabune, guteka amazi, …Ni mwirabire.