Therence Sinunguruza: Yaravugishijwe kw’ikanguro rigiye kuza mu Burundi, agiye ataribonye.

Ico Ishengero rya Yesu Kristo ryibukira kuri Therence Sinunguruza yahoze ari icegera c’Umukuru w’igihugu kandi yabaye n’umushikiranganji incuro nyinshi ku ntwaro zitandukanye; akaba aherutse gushengera. Yaravugishijwe kw’ikanguro rigiye gushika mu Burundi inyuma y’ibi bihe bitoroshe Uburundi buriko buracamwo. Mu mwumvirize agace gatoya.