Abakunda igihugu c’Uburundi barakwiriye gusenga cane kuko hari ibibi vyinshi bihabashikira.

Umwe mu bana bafatiwe ku rugamba yaje azananye n’abateye igihugu muri commune Bugarama mu ntara ya Rumonge. Yavuze vyose uko vyagenze.
Impunzi z’abarundi ziri mu makambi y’impunzi muri Congo ziri mu myigzragamvyo kubera inzara igomba ibice
Hariko haravugwa n’abantu biyimika abandi bashingagira ibigirwamana hirya no hino mu gihugu kandi bakabipfukamira.

Dusaba yuko abantu biyeza kugira ngo basabe inkomezi zo guhangana n’ibihe bigoye. Hari ibimenyetso vyinshi vyerekana yuko Uhoraho Imana ije guhindura ishire ibintu ku rutonde.