


Mu ntara ya Makamba komine Vugizo, zone Gishiha, colline Gikuzi, i Gikuzi bariko barahatora ibinogo rusangi vyahambgemwo abantu bishwe, amaleta yagiye arirengagiza ahubgo banyegeza ukuri kw’ivyo yakoze. Muri ico gikorwa, abasirikare b’igihugu bariko baragifashamwo. Abarundi benshi bakenyereye ku biguma.
Makamba le 10/09/2020: équipe CVR composée des Commissaires Nahimana Elie, Sindokotse Denise et un agent de saisie Bizimungu Léon s’est rendu en commune Vugizo, zone Gishiha, colline Gikuzi, sous colline Gikuzi à l’ancienne commune Vugizo aujourd’hui il y a une position militaire pour fouiller des fosses communes renseignées. Première fosse commune vient d’être confirmée. Les militaires participent volontairement à ce travail de vérification.