Imigambi satani ariko arashira mu ngiro muri uyu mwaka wa 2021 akoresheje amaleta n’amadini yishimikije corona nkuko yabiteguye.

RW’IBIZORANGURWA N’UMUGAMBI WA SATANI WO KUGANZA ISI AKORESHEJE UMUGERA WA KORONA KUVA MUKWA 12/2020 -12/2021.

NoAmezi                                Ibitegekanijwe gukorwa
112-2020Gutegekanya ibikoresho vy’ubuvuzi mu turere twose tw’ibihugu.
201-2021Kwugara imbibe, guhagarika ibikorwa no kwugara ubudandarizo
302-2021Kwaka uburenganzira ababusanganywe bukaba ubga leta
403-2021Kuvuga yuko hadutse uwundi mugera mushasha umara abantu gusumba uwahahora. (Covid-21)
504-2021Ibitaro kudashobora kwakira abarwaye bose no kwamamaza yuko urucanco ruboneka kuri gusa kandi kuri bose.
605-2021Ishirwaho ry’agashahara gashasha kubakozi bose harimwo n’agahembo gashasha kubakora ku munsi ku munsi.
706-2021Amaduka azobure ibidandazwa, habe intureka mu bihugu n’imyiyerekano maze abairikare n’abapolisi bahashe abantu.
807-2021Intureka zizokwira mu bihugu vyose, amaleta arengerwe kandi bakore urucanco rwa covid-21.
908-2021Bazokwiyumvira ishirwaho rya leta nshasha imwe gusa kandi ivyo urucanco rwa covid-19 bisozewe.
1009-2021Amadeni yose azoharirwa kubemeye kwakira urucanco rwa Covid-19 na Covid-21, Haze itegeko yuko amazu n’amatongo yose vyegukira leta iganza isi yose.
1110-2021Hazoshingwa igitabo c’inzira n’ikarata vy’uwahawe urucanco rwa CORONA gusa. Uwo batacance ntazoshobora gufata indege canke ngo yiyunguruze aja kure kandi nta kazi azosubira kuronswa.
1211-2021Urucanco rwa Corona 19 na 21, rutegerezwa kuzoba ngombga kandi rube itegeko kuri bose.
1312-2021Igitabo c’inzira ca Covid kizoca gihindura izina citwe igitabo c’amagara meza kugira cumvikane neza kuri bose.

Nguyo umugambi wa satani wo kuganza isi yose akoresheje ikinyoma n’irementanya bakoresheje umugera w’ingwara ya CORONA. Uwo mugambi wateguwe n’ibihangange kw’isi vy’abategetsi b’amaleta n’amadini bihurikiye muco bise “The New World Order” canke “Nouvel ordre Mondial”. Ico gikoresho ca satani gikorera ibintu vyose mw’ibanga ririni mugabo uwo mugambi warabacitse uramenyekana. Ni aho uwizera wese kuba maso. [Ivyahishuriwe Yohana 13: 7-8.]