Umusemerezi ariko arasemerera mu gusagara ca Bujumbura yuko Yesu Kristo aje kwima ingoma. Lien 26 janvier 2021 Ihanga Ryera ry-Imana Abisezerano Partager :TwitterFacebookLinkedInTelegramWhatsAppSkypeE-mailImprimerWordPress:J’aime chargement… Articles similaires
Mu Burundi none umuntu yobasanga he?ko tutababona kandi nubu hirirwa haraba ibikorane vy’ikanguro muma shengero atandukanye kiretse abatemera ubwo buvugishwa.uko biri kose iki carico gihe co gukorana ubwira mugukwiragiza ubwo butumwa bwiza, kugira abantu bamenye kare abakora mukuri nabadakora mukuri. Kuko bamwe bemeza ko ikanguro ryatanguye abandi ngo ntiriratangura.ikibazo nca ngira n’iki:<<ubwo buhanuzi mwatubwiye bwa le 27.1.2021 nkubu babatama n'abatamakazi bacu baruguru batazi ama google,nama facebook,nama watsupp bariko barabwumva? Ntabwo muzohava muba nka yona yakwepakwepa gukora ico yatumwe n'Imana?Mubane N'Imana J’aimeJ’aime
Wewe waronse ubu buhanuzi nawe uca ushikira abandi aho uherereye ukababarira ivyo ijuru ritangaza. Uyu ni umurimo w’umuntu wese . Twebge aho dushika niho tubushikana nawe ni wagure umurimo ubujane nkuko abandi twatumye gusemerera babigenza ahubgo ntumere nka YONA. J’aimeJ’aime
Mu Burundi none umuntu yobasanga he?ko tutababona kandi nubu hirirwa haraba ibikorane vy’ikanguro muma shengero atandukanye kiretse abatemera ubwo buvugishwa.uko biri kose iki carico gihe co gukorana ubwira mugukwiragiza ubwo butumwa bwiza, kugira abantu bamenye kare abakora mukuri nabadakora mukuri. Kuko bamwe bemeza ko ikanguro ryatanguye abandi ngo ntiriratangura.ikibazo nca ngira n’iki:<<ubwo buhanuzi mwatubwiye bwa le 27.1.2021 nkubu babatama n'abatamakazi bacu baruguru batazi ama google,nama facebook,nama watsupp bariko barabwumva? Ntabwo muzohava muba nka yona yakwepakwepa gukora ico yatumwe n'Imana?Mubane N'Imana
J’aimeJ’aime
Wewe waronse ubu buhanuzi nawe uca ushikira abandi aho uherereye ukababarira ivyo ijuru ritangaza. Uyu ni umurimo w’umuntu wese . Twebge aho dushika niho tubushikana nawe ni wagure umurimo ubujane nkuko abandi twatumye gusemerera babigenza ahubgo ntumere nka YONA.
J’aimeJ’aime
Tubgire aho uri tuguhuze n’abari muri ako karere.
J’aimeJ’aime