
TORA INYISHU IMWE GUSA KU KIBAZO COSE 1. INZIRA YO KUGOROROKA NI:
a) ukuja mu rusengero runaka.
b) ugutanga ikigiracumi n’amashikanwa.
c) Ukwizera, ukwihana, ukubatizwa, ukwuzuzwa Mpwemu Yera no gukorera Imana.
d) ukwubaha ivyagezwe.
- INTWARO Y’IGIHUGU C’ISEZERANO NI:
a) Intwaro rusangi
b) intwaro ya cami
c) intwaro ya Tewokarasi
d) intwaro yo gusiguza Imana - ABAZOJA MW’IJURU NI :
a) abasenga kw’isabato gusa
b) abacunguwe n’amaraso ya Yesu Kristo.
c) ababatijwe bonyene.
d) abatanga ivyo bafise. - ISEZERANO RY’IGIHUGU C’UBURUNDI RIHAGAZE KU :
a) Ku butware n’ubutunzi
b) ku gutwara umuvyuro n’Ikanguro mu gihugu no mu mahanga. c) ku watowe n’Imana ngo arongore igihugu
d) ku bitangaza vy’utwumiza. - UHORAHO IMANA ICO ASABA UMURUNDI WESE MURI IKI GIHE NI: a) Ukwihana, ukwiyeza no gusenga cane.
b) Ugutunga intoke abanyavyaha.
c) Ukunezerererwa ivyago yaretse bikaza kw’isi.
d) Ukujabuka yorodani.
Tanga inyishu kuri email : ihangaryimana@gmail.com canke WhatsApp Tel : +257 61404181