
IKIZAMINI KIGIRA KABIRI (Inyishu imwe ku kabazo)
- ABAKUNZI B’IMANA NI
a) Abasenga muri Katolika
b) Abasenga mu baporoti
c)Abasenga muri islamu
d)Abizeye yuko bacunguwe n’amaraso ya Yesu Kristo. - INTUMWA ZA YESU KRISTO ZUZUYE MPWEMU YERA ZABATIJE:
a) Mw’izina rya Data, irya Mwana n’irya Mpwemu Yera. b) Mw’izina rya Yesu Kristo
c) Mw’izina rya Yohana Umubatiza.
d) Mu butatu bgeranda. - ABASENGA IMANA MU KURI NO MU MPWEMU NI
a) Abayisenga ijoro n’umurango b) Abayisenga bagororotse
c) Abayisenga bafise ukwizera d) Izo nyishu zose ni ukuri. - AMASEZERANO Y’IMANA KU BURUNDI NI
a) Ivyiyumviro vya politike vy’abantu
b) Umugambi w’Imana wahishuwe
c)Amasezerano rusangi y’abizera bose kw’isi.
d) Ivyiyumviro abantu bibaza yuko bibereye Uburundi. - NI TWASHIKA MW’IJURU TUZOSANGA
a) Umwami Yesu Kristo yicaye ku ntembe y’inganji y’Imana b) Twicaye ku ntebe y’Inganji y’Imana.
c) Ubutatu bgeranda bgicaye ku ntembe y’inganji y’Imana d) Ntawuzi uko bizoba bimeze
Tanga inyishu zawe kuri ihangaryimana@gmail.com canke kuri whatsapp +257 61404181 canke kuri barya bungere bo mw’Ihanga ry’Imana. Uzoheza urungikirwe inyishu zishmikiza Bibiliya Yera.
Umwami Yesu Kristo Yamamare !
WWW.ABISEZERANO.COM APP MOBILE: ISEZERANO
Les commentaires sont fermés.