Ikizamini kigira icenda mutange inyishu uko vyahora.

IKIZAMINI KIGIRA ICENDA

  1. IHANGA RYERA RY’IMANA RYASHIRIWEHO
    a) Kuzigama ivyagezwe no kuvyamamaza mu yandi mahanga.
    b) Gushigikira amadini n’amashengero no kwifatanya nayo.
    c) Kwirata yuko ryamenye ukuri no kugaragaza ibibi vy’abandi.
    d) Kwezwa no gukwiza ukuri kwose kw’ijambo ry’Imana mu kujana ikanguro ryo kwamamaza Yesu Kristo.
  2. IMANA IJE GUSHITSA ISEZERANO KU GIHUGU KUKO
    a) Ababa mu gihugu bakora ivyaha birenze urugero.
    b) Abantu bahanuwe bakagamika izosi none bagiye guhanwa.
    c) Kuko igomba guhora amaraso yasesetse mu gihugu kuva kera.
    d) Kubera yuko yitoranirije Ihanga ngo rikwize ishimwe ryayo.
  3. ABA KRISTO BATEGEREZWA KUBA ABERA
    a) Mu kwubahiriza Isabato n’ibindi vyagezwe icenda.
    b) Mu gusenga no gufasha abagowe bo mu mashengero.
    c) Mu kugenda barigisha ijambo ry’Imana inzu kunzu.
    d) Mu kwihana neza, gutungana no kurongorwa na Mpwemu Yera muri vyose.
  4. MU GUKORERA IMANA UMUNTU YO
    a) Kwumvira umutima wiwe akaraba uko abandi babigenza.
    b) Banza kuja mu mashure ya Bibiliya akaronka impamyabushobozi.
    c) Senga Imana akamenya umuhamagaro wiwe maze akayikorera nkuko arongorwa.
    d) Banza kurindira akaronka ubutunzi bukwiriye kugira ngo ntatukishe izina ry’Imana.
  5. MUGIHE C’INTAMBARA UMUKRISTO ATEGEREZWA
    a) Kunyegera kure kuko atakirwanishwa ashobora gufata.
    b) Kuja ahabona akitega ibintu vyose kuko aba ariko uburinzi.
    c) Kuja gukora ibikorwa vyo gutabara mbabare zose ku rugamba.
    d) Gushira umutima munda agasenga Uhoraho kugira ngo amenye ico akwiriye gukora.
    Umwami Yesu Kristo yamamare!
    WWW.ABISEZERANO.COM IHANGARYIMANA@GMIL.COM MOBAPP: ISEZERANO CELL: +25761404181

2 commentaires sur “Ikizamini kigira icenda mutange inyishu uko vyahora.

Les commentaires sont fermés.