Abihanye bakezwa ni mwakire ugutabarwa n’Umwami n’Umukiza Yesu Kristo

Turiko turasemerera duhamagarira kwihana ivyaha vyose, kwiyeza kuko hagiye kuza ibihe bihambaye. Ibintu he biteye ubgoba n’agahinda kubanyavyaha n’ibihe bidasanzwe mugabo vy’umunezero ku bagororotsi. Umugeni agira atahe kandi n’ivyo abera basezeraniwe bigira bishike kugira ngo abatoranijwe bakwire isi yose baja kwamamaza ubutumwa bgiza bga YESU KRISTO. Uwo mwami wacu yamamare!

Un commentaire sur “Abihanye bakezwa ni mwakire ugutabarwa n’Umwami n’Umukiza Yesu Kristo

Les commentaires sont fermés.