YESU ni KRISTO kandi KRISTO ni YESU ibihe bidashira. Anti-Kristo teshwa ute!

UMWAMI W’ABAMI NI YESU KRISTO.
Satani na ba anti-Kristo biwe barakobeje gutinyisha no kwankisha abantu izina rya KRISTO kuko ni izina rirengeye ayandi mazina yose aho ivyo mw’isi, ivyo mw’ijuru n’ikizimu ripfukamamwo. Ni badodora iwawe urababgire yuko YESU ari KRISTO kandi yuko KRISTO ari YESU ibihe bidashira. Amazina yiwe:
-Yitwa Nzira
-Yitwa Kuri
-Yitwa Bugingo
-Yitwa Nteturuye
-Yitwa Imana Yera
-Yitwa Se w’impfuvyi -Yitwa Uhoraho, Ndiho
Yitwa Alpha
-Yitwa Omega
-Yitwa Umukiza
-Yitwa Umuremyi
-Yitwa Mugiraneza
-Yitwa Jambo
-Yitwa Ntare yo mu muryango wa Yuda
-Yitwa Gitandara c’Ubugingo
-Yitwa Mwungere Mwiza -Yitwa Emmanuweli
-Yitwa Ntihemuka
-Yitwa Mwigisha mwiza -Yitwa Soko imara inyota -Yitwa Soko idakama -Yitwa Mesiya
-Yitwa Uwera w’amahanga
-Yitwa Nyeninganji
-Yitwa Segaba w’amahanga

  • Yitwa Mushuzo
    -Yitwa itarabaho,
    Uwamyeho isi
    -Yitwa Uwatsinze rupfu na kuzimu,
    -Yitwa Uwuriho ubu kandi azokwamaho
    -Yitwa Mushuzo
    -Umwami Yesu Kristo aragasengwa n’abantu bose n’amahanga yose ibihe vyose.
    -Ntawizeye KRISTO azomaramara kandi ntawamukoreye azokwikorera amaboko canke ngo azokorwe n’isoni.
    Satani na Anti-Kristo niba kwigisha yuko YESU atari KRISTO uramubarire yuko bari ibivume vyaciriweko iteka kuko YESU ari KRISTO kandi yuko KRISTO ari YESU.
    [Abitesalonike 2 :3-13] [1Yohana 4 :1-6]
    YESU KRISTO YAMAMARE!