Bgira abantu bose bumvirize Radio Isezerano Internationale kuko igiye gushira ahabona ibinyegezwa.

IBINYEGEZWA VYOSE BIGIYE GUSHIRWA AHABONA: AMABANGA IJURU RYAHISHUYE TURAYABASHIKIRIZA.

Muhamagarire incuti, umuryango n’abagenzi baze barumviriza Radio Isezerano Internationale kugira ngo ntibacikwe n’ukuri kwose. Amabanga menshi twari twarabujijwe gushira ahabona, twahawe uburenganzira bgo kuyashira ahabona. Aho ni mu kiganiro « IMBURI NUBUHANUZI »
Umwe wese abandanire kwumviriza ivyo vyahishuwe. Mu kurindira ube uramenya yuko « Ivyagezwe vyazanywe na Mose, ariko ubuntu n’ukuri vyazanywe na Yesu Kristo. » [Yohana 1: 17] Soma muri Bibiliya yawe urabe uko uwo murongo wa 17 na 18 wanditse uheze uwiyumvireko. Ukuri ku masezerano yo ku gihugu cacu kwose kugiye gushirwa ahabona, ivyo Imana imaze gukora nivyo igira ikore abantu bose babibone.
Ugomba yuko abakozi b’Imana bagushira mu murwi wa WhatsApp aho wokurikirana ayo mabanga,
turondere kuri:
+1605 400 5580
+257 69 04 05 14
+257 69 10 81 30
+251 94 084 6357
+256 706 913636
+257 61 40 41 81
Umwami Yesu Kristo yamamare!