
Yesu nashimwe cane mutama. Hano turamahoro. Namwe turizera ko murimpore.
Namye ndaba kuri Facebook mbonaho mwacishijeho Itangazo ryabaciwe. Kweli vyampaye ishure rikomeye. Urabona ishengero rigizwe nihanga ryose, abantu ntibabifate ibisanzwe, ngo bacebagomba gutamba tambiramwo, baba abakozi b Imana barimwo mugabo bisanzwe barino muyandi mashengero barongoye, kweli nukugerageza bakitonda bakajana n urutonde gw Imana.
Igitumye mvuga ibi, naravye ndiyumvira jenyene, nukuri umuntu aciriwe hagati mwihanga ryose agatangazwa ati araciwe kubwo ivyaha runaka, nukuri uwo muntu aba acitse iki mare mare kwisi yose. Naho yoba arongoye ishengero rindi hanze yokuba mwihanga ryera ry Imana, nukuri ntaho aba acifukiye. Guko ivyiwe biba vyamaze kugaragara kwisi yose. Ikindi kintu iyo umukozi w’Imana wese amaze gusenga agahora ahabwa amabanga n Imana, iyo atabaye umuntu acabugufi ngo ahore yumvira nabandi, akama abona ko we ariwe ari on top, nukuvuga haragera aho asigara abonako abandi bose arubuntu buto buto ataco buzi. Uwo basi aba ahejeje guhenuka.
Mutama mvuze vyinshi muntunge. Ariko ndabitewe numubabaro kubera mutama Alponse. Twamukunda caaaane ngirango sinzi.