

Abantu benshi barahororokewe muvy’Umana abandi barabihevye kuko Imana ikorera ku gihe cayo. Hariho n’ababirimwo mugabo bibagiye ibimenyetso vy’ibihe.
Uhoraho Imana yadutumye kwibutsa abazi ibanga ryo kukarago yuko twatanguye kwa kwezi kandi yuko abantu bohagarika ibirori kuko bugira bgire, imvura irwe n’imivo itembe. Iyo mvura irimwo imituragaro, iminana n’imiravyo. Umuntu wese ni yihute kwugama mu Rutare arirwo Yesu Kristo.
Soma Matayo 11:25 na Exekiyeli 33:8-9. Umwami Yesu yamamare!