Ingabo z’Uburundi mu misozi y’ahitwa Israel muri Minembwe-Masisi

Ingabo z’ UBURUNDI ziri mu butumwa bwa EAC mu ntara ya #KIVU y’uburaruko zaraye zitanye mu mitwe n’abarwanyi ba #M23 muri teritware ya Masisi neza na neza mu misozi miremire y’ahitwa ISRAEL

Akaba ari irya mbere , ingabo ziri mu butumwa bwa EAC mu buseruko bwa Congo zitanye mu mitwe n’uwo muhari kuva zitanguye kurungikakwayo mw’uyu mwaka wa 2023.

Abarundi baguma berekana yuko bashoboye intamba no mu bindi bihugu.