Abarundi na cane cane abarongozi barakwiriye kwiyubara ivyo bita iterambere

Ntushobora guhimiriza abantu bafise ubumuga nk’ubu ngo ni baje mu mirima ngo ushaka yuko umwimbu urwira. Ibi ni ukubira imbono y’iterambere icarico.

Ibi bingana ni kubarira Abarundi ngo ni batekane kuko uyerambere rizobashikira mu mwaka wi 2040/2060 ibi ku Murundi bisa no ku mukindaga kuko asanzwe akenye kandi ashonje kuko bavuga bati inzira igushiana ibukwe uyifatira kw’irembo.

Ubutegetsi ni bukore imigambi yihuta yo gukura igihugu mu bukene.